Jump to content

Igitanda

Kuva Wikipedia

Igitanda Igikoresho bakoresha mu kuruhuka〈Kuryama〉.igitanda kiba gikozwe muvyuma canke mubiti baba babaje ( mumbaho) . Igitanda kiba gikozwe kuburyo umuntu asasako ico yisasira kuko ntiyokiryamako conyene atakintu gishasheko, abifise babanza gusasako imatera bagaca barenzako amashuka abandi nabo bagashirako ikirago ( nikintu kikijishishije uburwerwe bagikora mutwatsi tumera mumwonga) bagaheza bakarenzako ishuka. Vyukuri abantu benshi baravugako igitanda gihimbaye kuryamako canke kuruhukirako kuko haba mumitumba nomugisagara barabikoresha .